Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 93

Hezagira amakoraniro yacu

Select an Audio Recording
Hezagira amakoraniro yacu
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Abaheburayo 10:24, 25)

  1. 1. Nuduhezagire Mana,

    Iyo twikoranije.

    Turagukengurukiye

    We wabitunganije.

  2. 2. Nudufashe tugusenge,

    Twuzuzw’Ijambo ryawe.

    Twigishe gushing’intahe

    Mu murimo twahawe.

  3. 3. Rero Yehova Muvyeyi,

    Nuduhezagirire

    Amakoraniro yacu

    Natwe tugutazire.