Ku wa gatanu
«Hahiriwe abazi ko bakeneye ivy’Imana»—Matayo 5:3
Mu gitondo
-
2:20 Ividewo y’umuziki
-
2:30 Ururirimbo No. 160 n’isengesho
-
2:40 IJAMBO RY’UMUHAGARIKIZI: Vyoba bishoboka ko duhimbarwa ibihe bidahera? (Zaburi 16:11; 100:2)
-
3:10 IGIKINO:
Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Epizode ya 4
«Kuko ari co canzanye» (Matayo 4:23-25; 8:1-4, 14-17; 9:1-17; 12:1-21; Mariko 1:21–3:19; Luka 4:31-44; 5:12–6:16; Yohani 5:1-47)
-
4:05 Ururirimbo No. 17 n’amatangazo
-
4:15 INSIGURO Y’IBICE BITATU: Iranguka ry’ubuhanuzi bwerekeye Mesiya
-
• ‘We ubwiwe yarikoreye indwara zacu’ (Matayo 8:16, 17; Zaburi 32:1, 2; Yesaya 53:4, 5)
-
• «Ntazoshwana» (Matayo 12:15-21; Yesaya 42:1-4)
-
• «Nta kintu yababwira adakoresheje ibigereranyo» (Matayo 13:34, 35; Zaburi 78:2)
-
-
5:10 Ururirimbo No. 14 n’akaruhuko
Ku muhingamo
-
6:35 Ividewo y’umuziki
-
6:45 Ururirimbo No. 23
-
6:50 Ni ibiki Yezu yigishije ku bijanye n’isabato? (Matayo 12:1-14; Yohani 5:1-17)
-
7:10 INSIGURO Y’IBICE BIBIRI: Niwigane abashigikiye Yezu
-
• Intumwa (Luka 6:13, 15, 16)
-
• Abagore benshi (Matayo 27:55; Mariko 15:40; Luka 8:1-3)
-
-
7:50 Ururirimbo No. 76 n’amatangazo
-
8:00 «Hahiriwe abamesura amakanzu yabo» (Ivyahishuwe 7:9, 10, 13-15; 22:14; Yohani 5:24-29)
-
8:30 Ururirimbo No. 155 n’isengesho risozera

