Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IMIGANI 7-11

“Umutima wawe ntukevye”

“Umutima wawe ntukevye”

Amategeko ya Yehova aradukingira. Ariko kugira atugirire akamaro, dutegerezwa kuyazigama mu mutima wacu. (Img 7:3) Umusavyi wa Yehova aretse umutima wiwe ugakevya, bica vyoroha ko acakirwa n’amayeri ya Shetani. Mu Migani 7 haravuga umusore yaretse umutima wiwe uramuhenda. Ni igiki twigira ku makosa yakoze?

  • Shetani aragerageza kutwigiza kure ya Yehova, akaba afatira kuri ubwo bushobozi butanu dufise kugira atwoshe gukora ikibi

  • Ubukerebutsi n’ugutegera biradufasha kubona hakiri kare ingaruka zibabaje ziva ku gukora icaha, bigatuma twirinda ingorane mu vy’impwemu