Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO GITUGUTU 2016

24-30 Gitugutu

IMIGANI 17-21

24-30 Gitugutu
  • Ururirimbo rwa 76 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Rondera amahoro”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Img 17:5—Ni imvo imwe iyihe yotuma duhitamwo neza uburyo bwo kwisamaza? (w10 15/11 6 ing. 17; w10 15/11 31 ing. 15)

    • Img 20:25—Iki canditswe kijanye gute n’ivy’ukureshanya no kwubakana? (w09 15/5 15-16 ing. 12-13)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Img 18:14–19:10

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Muhe ubutumire bw’amakoraniro y’ishengero. (inv)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) inv—Imbere yo kuvana, mwereke akavidewo kavuga ngo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 56-57 ing. 14-15—Mufashe kubona ingene yoryohora ibijanye n’inyambaro be n’ukwitunganya igihe yitavye amakoraniro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU