Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Gitugutu 2016

10-16 Gitugutu

IMIGANI 7-11

10-16 Gitugutu
  • Ururirimbo rwa 32 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Umutima wawe ntukevye”: (Imin. 10)

    • Img 7:6-12—Abatabona kure bakunda kugwa mu kaga mu vy’impwemu (w00 15/11 29-30)

    • Img 7:13-23—Gufata ingingo zitabereye birashobora kudukwegera (w00 15/11 30-31)

    • Img 7:4, 5, 24-27—Ubukerebutsi n’ugutegera biraturinda (w00 15/11 29, 31)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Img 9:7-9—Ukuntu twakira impanuro vyerekana iki ku bitwerekeye? (w01 15/5 29-30)

    • Img 10:22—Umuhezagiro wa Yehova ugizwe n’ibiki muri iki gihe? (w06 15/5 26-30 ing. 3-16)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Img 8:22–9:6

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) g16.5 igipfukisho—Mutumire kw’ikoraniro ry’insiguro n’Umunara.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) g16.5 igipfukisho—Mutumire kw’ikoraniro ry’insiguro n’Umunara.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 176 ing. 5-6—Mutumire ku makoraniro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU