Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO GITUGUTU 2016

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IMIGANI 17-21

Rondera amahoro

Rondera amahoro

Amahoro arangwa mu basavyi ba Yehova si ikintu capfuye kwiyadukiza. Igihe habaye ukudahuza, birashobora gutuma umuntu ababara cane, ariko impanuro zo mw’Ijambo ry’Imana ziramufasha kubirengera.

Igihe hadutse ingorane, abakirisu b’abizigirwa bararondera amahoro . . .

19:11

  • mu kuguma batekanye

18:13, 17

  • mu kubanza kwiyemeza ko bafise amakuru yose imbere yo kugira ico bavuze

17:9

  • mu guharira uwabacumuyeko babitumwe n’urukundo