Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Gitugutu 2016

31 Gitugutu–6 Munyonyo

IMIGANI 22-26

31 Gitugutu–6 Munyonyo
  • Ururirimbo rwa 88 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Rera umwana wisunze inzira imubereye”: (Imin. 10)

    • Img 22:6; 23:24, 25—Indero iva ku Mana ituma abana iyo bamaze gukura baba abantu bahimbawe kandi bitaho ibintu (w08 1/4 16; w07 1/6 31)

    • Img 22:15; 23:13, 14—Mu muryango, “inkoni” igereranya uburyo bwose bwo gutoza indero (w97 1/11 31; it-1 279 ing. 5)

    • Img 23:22—Abana naho baba bakuze barashobora kwungukira ku bukerebutsi bw’abavyeyi babo (w04 15/6 14 ing. 1-3; w00 1/7 17 ing. 13)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Img 24:16—Uyu mugani udufasha gute kwumirako mw’isiganwa ry’ubuzima turimwo? (w13 15/3 4-5 ing. 5-8)

    • Img 24:27—Uyu mugani dukwiye kuwutahura gute? (w09 15/10 12 ing. 1)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Img 22:1-21

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) agakarata ka JW.ORG—Shinga intahe akaryo kizanye.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) agakarata ka JW.ORG—Nucire inzira ikiyago kizokurikira maze imbere y’uko ugenda umwereke akavidewo kavuga ngo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 179-180 ing. 18-19

UBUZIMA BW’UMUKIRISU