Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO GITUGUTU 2016

17-23 Gitugutu

IMIGANI 12-16

17-23 Gitugutu
  • Ururirimbo rwa 69 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ubukerebutsi buruta inzahabu”: (Imin. 10)

    • Img 16:16, 17—Umuntu w’inkerebutsi ariga Ijambo ry’Imana akongera akarishira mu ngiro (w07 15/7 8)

    • Img 16:18, 19—Umuntu w’inkerebutsi ararwanya ubwishime n’ubwibone (w07 15/7 8-9)

    • Img 16:20-24—Umuntu w’inkerebutsi avuga amajambo aremesha abandi (w07 15/7 9-10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Img 15:15—Tworonka gute umunezero mwinshi mu buzima? (11/13 16)

    • Img 16:4—Ni mu buryo ki Yehova yakoze umubisha “ku bw’intumbero yiwe”? (w07 15/5 18-19)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Img 15:18–16:6

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Yoh 11:11-14—Niwigishe ukuri. Mutumire kw’ikoraniro ry’insiguro n’Umunara.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) It 3:1-6; Rm 5:12—Niwigishe ukuri. Mutumire kw’ikoraniro ry’insiguro n’Umunara.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 191 ing. 18-19—Mutumire ku makoraniro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU