Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO GITUGUTU 2016

3-9 Gitugutu

IMIGANI 1-6

3-9 Gitugutu
  • Ururirimbo rwa 37 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Wizigire Yehova n’umutima wawe wose”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Img 1:7—Ni mu buryo ubuhe gutinya Yehova ari “yo ntango y’ubumenyi”? (w06 15/9 17 ing. 1; it-1 511)

    • Img 6:1-5—Dusanze twarihenze mu kwishinga umuntu mu masezerano y’ivy’urudandaza, ni igiki dukwiye gukora? (w00 15/9 25-26)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Img 6:20-35

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo. Kuri buri buryo bwo gutanguza ibiyago, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Nuremeshe abamamaji kugira uruhara bimwe bishitse mw’isekeza ryo gutumira abantu kw’ikoraniro ry’insiguro n’Umunara.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 107

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 8) Murashobora kuganira ku vyigwa dukura mu Gitabu c’umwaka. (yb16 25-27)

  • Nugirire iciza abitaba amakoraniro (Img 3:27): (Imin. 7) Guhana ijambo. Niwerekane akavidewo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. Ca ubaza abumviriza ico twoterera kugira ku Ngoro y’Ubwami hagume harangwa urukundo, atari muri Gitugutu gusa ariko igihe cose.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 2 ing. 1-12

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 143 n’isengesho