Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

5-11 Ntwarante

MATAYO 20-21

5-11 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Uwo wese ashaka gucika mukuru muri mwebwe ategerezwa kuba umusuku wanyu”: (Imin. 10)

    • Mt 20:3​—Abanditsi n’Abafarizayo b’ubwibone barakunda ko abantu bababona be n’uko babaramutsa “mu kaguriro” (“akaguriro” ishusho ijanye na Mt 20:3, nwtsty)

    • Mt 20:20, 21​—Intumwa zibiri zarasavye ibibanza vy’iteka n’ubukuru (“nyina w’abahungu ba Zebedayo,” “umwe iburyo bwawe uwundi ibubamfu bwawe” amakuru adufasha kwiga Mt 20:20, 21, nwtsty)

    • Mt 20:25-28​—Yezu yarasiguriye abayoboke biwe ko bakwiye kuba abasuku bicisha bugufi (“umusuku,” amakuru adufasha kwiga Mt 20:26, nwtsty)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 8)

    • Mt 21:9​—Igihe isinzi ryasemerera ngo: “Turatakamvye, kiza Umwana wa Dawidi!” ryashaka kuvuga iki? (“Turatakamvye, kiza,” “Umwana wa Dawidi” amakuru adufasha kwiga Mt 21:9, nwtsty)

    • Mt 21:18, 19​—Kubera iki Yezu yatumye igiti c’umusukoni cuma? (jy 244 ing. 4-6)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 20:1-19

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 99

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)

  • Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 10) Erekana videwo yo muri Ntwarante ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 11

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 53 n’isengesho