Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MATAYO 24

Guma uri maso mu vy’impwemu muri iyi misi ya nyuma

Guma uri maso mu vy’impwemu muri iyi misi ya nyuma

24:39

Muri iki gihe, abantu benshi baritwararika cane ibintu vyo mu buzima bwa misi yose, bigatuma batitwararika ivy’impwemu. Abakirisu bari maso mu vy’impwemu, batandukaniye he n’iyi si mu kuntu babona . . .

  • amashure?

  • ukwisamaza?

  • akazi?

  • amatungo?