Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UMUNARA W’INDERETSI Rusama 2014 | Ni nde ashobora kumenya ivya kazoza?

Inyishu y’ico kibazo irashobora guhindura ubuzima bwawe.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Bike vyarashitse, vyinshi ntivyashika

Ni nde vyabonetse ko asumba abandi mu kuvuga ibizoba ata kwihenda?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ni nde ashobora kumenya ivya kazoza?

Hariho amakuru yo kwizigirwa avuga ivya kazoza.

IKIYAGO ICABONA CA YEHOVA AGIRANA N’UWO ABWIRA INKURU NZIZA

Ivyabona vya Yehova boba bemera Yezu?

Niba bamwemera, kubera iki batavuga ko ari Ivyabona vya Yezu?

Wari ubizi?

Kubera iki Abayuda basavye Pilato ngo bavune amaguru ya Yezu? Dawidi yoba vy’ukuri yarashoboye kwica Goliyati akoresheje gusa umugozi wo guteresha?

NIWIGANE UKWIZERA KWABO

Yarihanganiye ugusogotwa n’inkota

Akarorero ka Mariya nyina wa Yezu karashobora kugufasha igihe ufise intuntu isogota nk’ “inkota ndende.”

Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya

Nimba Imana ari yo itwara isi, ni kubera iki yuzuye imibabaro?

Ibindi usanga kuri internet

Bibiliya yoba irimwo ivyiyumviro vy’Imana?

Benshi mu banditse Bibiliya bavuga ko ivyo banditse vyavuye ku Mana. Kubera iki?