Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

IVYOTUMA UHIMBARWA

Raba n’ibindi

Raba n’ibindi

WOBA UMAZE KWIBAZA UTI:

  • Noronka gute agahimbare mu rugo?

  • Noronka gute abagenzi beza? Jeho nobabera gute umugenzi mwiza?

  • Hoba hariho icizigiro ku banje bapfuye?

  • Imibabaro yoba izoteba igahera?

  • Abantu boba bazokwigera bahonya isi?

  • Amadini yose yoba ashikana ku Mana?

URASHOBORA KURONKA INYISHU Z’IVYO BIBAZO BE N’IBINDI

Ja ku rubuga jw.org, uruboneka mu ndimi zirenga 900. Urahasanga amakuru ashimishije yogufasha ku bibazo bitandukanye.

Urahasanga n’amavidewo avuga inkuru z’abantu batandukanye baronse agahimbare kandi baticuza. Mbere bamwe muri bo bari bariziziwe n’ibiyayuramutwe canke barapfungwa. Abandi barize amashure baraminuza, tutibagiye n’abahinga mu vya siyansi.

Kuri jw.org urashobora gusoma canke kuvoma Bibiliya be n’ibitabu bitandukanye, ata co urishe. Bimwe muri vyo ni nk’ibi: