Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

13-19 Ndamukiza

ITANGURIRO 31

13-19 Ndamukiza

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yakobo na Labani bagiranira isezerano ry’amahoro”: (Imin. 10)

    • It 31:44-46​—Yakobo na Labani barubatse ikirundo c’amabuye maze bakirirako imfungurwa zijanye n’isezerano (it-1 943 ing. 3)

    • It 31:47-50​—Ico kibanza bacise Galeyedi be n’Umunara w’inderetsi (it-2 1089-1090)

    • It 31:51-53​—Basezeranye kugumana amahoro hagati yabo

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • It 31:19​—Ni igiki gishobora kuba caratumye Rasheli yiba terafimu za se? (it-2 1062)

    • It 31:41, 42​—Akarorero ka Yakobo katwigisha iki ku bijanye n’abakoresha “bagoye gushimisha”? (1Pt 2:18; w13 15/3 21 ing. 8)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 31:1-18 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni gute uwo mushiki wacu yasiguye neza ico canditswe? Yaciriye inzira gute isubirayo?

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago bikunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 4)

  • Mugihura: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Muhe agatabu Inkuru nziza uce utanguza inyigisho ya Bibiliya ukoresheje icigwa ca 5. (th icigwa ca 8)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU