Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

BE MASO! MYANDAGARO 2013

Ushobora kubaho igihe kingana gute?

Abantu benshi bizera ko ubuhinga bwa siyansi be n’iterambere mu vy’ubuvuzi bishobora gutuma abantu barushiriza kuramba. Abahinga mu vya siyansi boba bazokwubura icotuma umuntu abaho ibihe bidahera?

Udukuru tw’irya n’ino

Muri utwo dukuru harimwo utwerekeye: Indwara ya malariya yasubiye kwaduka mu Bugiriki, abakenyezi bo mu Bushinwa bafise abana kandi batubatse, abasirikare bo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika biyahura, n’ibindi n’ibindi.

Wofasha gute umwana wawe yigirira nabi ku mubiri?

Hari abana b’imiyabaga bigirira nabi ku mubiri n’ibingirankana. Biva ku ki? Wofasha gute umwana wawe?

Ushobora kubaho igihe kingana gute?

Kumenya imvo ituma dusaza amaherezo tugapfa biradufasha gutahura igihe dushobora kumara.

Umuganga abaga ingingo z’amagufa asigura icatumye yemera Imana

Dogoteri Irène Hof Laurenceau arasigura icatumye aba Icabona ca Yehova.

Woba ukwiye kwemera Ubutatu?

Idini urimwo ryoba ryigisha Ubutatu? Keredo y’i Nicée yoba ifitaniye isano n’ivyo wemera?

Inzoga

Numenye ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya zogufasha kubona inzoga mu buryo buri ku burimbane.

Ingene inyoni yitwa albatros hurleur iguruka

Nurabe ingene iyo nyoni ibigenza kugira imare amasaha n’amasaha iguruka idakubise amababa na rimwe!

Ibindi usanga kuri internet

Kubera iki nikebagura?

Abakiri bato benshi barafise ingorane yo kwigirira nabi ku mubiri. Nimba ufise iyo ngeso, ushobora gute kuronka imfashanyo?