INYIGISHO Z'ISHIMIKIRO ZO MURI BIBILIYA

Ni ibiki bitwemeza ko Bibiliya ikomoka ku Mana?

Ikirundi
Ni ibiki bitwemeza ko Bibiliya ikomoka ku Mana?
https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/502015752/univ/art/502015752_univ_sqr_xl.jpg

Ni ibiki bitwemeza ko Bibiliya ikomoka ku Mana?

Ni ibiki bitwemeza ko Bibiliya ikomoka ku Mana?

Bibiliya yivuga ko ari “Ijambo ry’Imana” kandi ivuga ko Imana “idashobora kubesha.” (1 Abatesalonika 2:13; Tito 1:2) Ivyo vyoba ari ukuri, ubwo Bibiliya ntiyoba ari icegeranyo c’imigani n’ibitito?