Ja ku birimwo

Bibiliya irahuza na siyansi

Ni ibiki bitwemeza ko Bibiliya ikomoka ku Mana?

Nimba Bibiliya ikomoka ku Mana, itegerezwa kuba ata ho isa isana n’ibindi bitabu vyanditswe.

Bibiliya na siyansi vyoba bivuga rumwe?

Hoba hari ibintu Bibiliya ivuga bidahuje na siyansi?

Bibiliya yoba yarataye igihe canke ivuga ibintu imbere y’igihe?

Naho Bibiliya atari igitabu c’ivya siyansi, irimwo ibintu bijanye na siyansi vyogutangaza.

Ico ubuhinga bukumariye

Abantu bagerageza gute “kwerekana ko Imana itabaho bafatiye ku vyo abahinga batohoza”?

Bibiliya yoba yigisha ko isi ifyase?

Ico gitabu ca kera coba kivuga ukuri?

Ignaz Semmelweis

Umuryango wose uriho ubu urakwiye gushimira uwo muntu. Uti kubera iki?

Kahise katwigisha iki?—Galilée

Mu 1992, Pāpa Yohani Paulo wa kabiri yaravuze ikintu gitangaje kijanye n’ivyo Ekleziya yakoreye Galilée.

Kahise katwigisha iki?—Aristote

Ivyiyumviro vy’uwo mufilozofe wa kera vyaragize ikintu kinini bihinduye ku nyigisho z’amadini y’abitwa abakirisu.