Ja ku birimwo

Imibabaro

Kubera iki hari imibabaro myinshi?

Imana yoba ari yo ikwiye kubazwa imibabaro idushikira?

Imibabaro irashobora gushikira uwo ari we wese, mbere n’abashimwa n’Imana. Kubera iki?

Shetani yoba ari we ateza imibabaro yose ishikira abantu?

Bibiliya irerekana ikintu gituma abantu bashikirwa n’imibabaro.

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’ivyago vy’ivyaduka?

Vyoba ari ikimenyetso c’imisi y’iherezo? Imana yoba ifasha abatewe n’ivyago vy’ivyaduka?

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’indwara z’ibiza?

Abantu bamwebamwe bavuga ko Imana iriko ikoresha indwara z’ibiza n’izindi ndwara mu guhana abantu. Ariko Bibiliya ntishigikira ico ciyumviro.

Kubera iki Imana yaretse rya Honyabwoko ryagirirwa Abayahudi rikaba?

Abantu benshi barabajije igituma Imana yuzuye urukundo yoreka hakabaho imibabaro myinshi ukuraho. Bibiliya iratanga inyishu zimara akanyota!

Kubera iki bigoye cane kuronka amahoro kw’isi?

Utwigoro abantu bagize two kuzana amahoro kw’isi nta co twavuyemwo. Rimbura imvo zitari nke zabitumye.

Kwihanganira imibabaro

Woba woshobora kuronka ivyiyumviro vyokuremesha muri Bibiliya?

Imirongo yo muri Bibiliya yararemesheje abantu benshi bariko barashikirwa n’ibintu bibabaje.

Bibiliya yoba ishobora kumfasha nishwe n’umubabaro?

Hariho ibintu bitatu Imana itanga ibikunze bidufasha igihe dufise umubabaro.

Bibiliya yoba yofasha abantu bashaka kwiyahura?

Ni impanuro nziza izihe Bibiliya iha umuntu yoba yumva ashaka kwipfira?

Bibiliya yoba ishobora kumfasha mfise indwara idakira?

Ego! Raba ibintu bitatu vyogufasha kwihangana urwaye indwara idakira.

Bibiliya ivuga iki ku bijanye no guhohosha umuntu?

Bite ho hamwe umuntu yoba ari ku mpfiro? Twoba twokora ibishoboka vyose kugira ubuzima bubandanye?

Imibabaro igiye guhera

Ubwami bw’Imana buzokora iki?

Numenye ivyo wokwitega igihe intwaro y’Imana izoba iganza isi.