Ja ku birimwo

Bibiliya

Inkomoko

Bibiliya yoba ari igitabu c’ubukerebutsi bw’abantu?

Raba ivyo Bibiliya ivuga ku biyerekeye.

Bibiliya yoba irimwo ivyiyumviro vy’Imana?

Benshi mu banditse Bibiliya bavuga ko ivyo banditse vyavuye ku Mana. Kubera iki?

Musa yoba ari we yanditse Bibiliya?

Musa ari mu banditse Bibiliya. Abanditse Bibiliya ni bangahe?

Twoba koko dushobora kumenya uwanditse Bibiliya?

Abanditse Bibiliya bavuga ko bayanditse bayobowe n’Imana be n’uko ari igitabu cayo. Twokwemera gute ivyo banditse?

Bibiliya yoba yaragoretswe?

Ko Bibiliya ari igitabu ca kera, twokwemezwa n’iki ko ubutumwa buri muri yo bwagumye butagira amakosa?

Bibiliya na siyansi vyoba bivuga rumwe?

Hoba hari ibintu Bibiliya ivuga bidahuje na siyansi?

Bibiliya yoba yigisha ko isi ifyase?

Ico gitabu ca kera coba kivuga ukuri?

Bibiliya yoba ari igitabu c’abazungu?

Abanditse Bibiliya bavukiye he, bakomoka mu gice c’isi ikihe?

Inkuru zerekeye Yezu zanditswe ryari?

Kuva Yezu apfuye gushika Injili zanditswe, haciye igihe kingana gute?

Gusoma Bibiliya no kuyitahura

Ni ibiki vyogufasha gutahura Bibiliya?

Aho woba warakuriye hose, urashobora gutahura ubutumwa bw’Imana buri muri Bibiliya.

Ibiri muri Bibiliya vyoba bidahuza?

Suzuma ibintu biri muri Bibiliya bisa n’ibidahuza be n’uburyo wokwisunga kugira ubitahure neza.

Jambo w’Imana ni nde?

Nk’uko biboneka muri Bibiliya, iyo mvugo ifise insobanuro nyinshi.

Imvugo ngo “ijisho ku rindi” isobanura iki?

Itegeko rivuga ngo “ijisho ku rindi” ryoba ryaraha abantu uburenganzira bwo kwihanira?

Ya Mabwirizwa cumi Imana yatanga ni ayahe?

Yahawe bande? Abakirisu boba basabwa kuyubahiriza?

Itorati ni iki?

Ni nde yayanditse? Ibivugwa muri yo vyoba bizokwama bikurikizwa, ntibizokwigera bita igihe?

Ubuhanuzi n'imvugo z'ikigereranyo

Ubuhanuzi ni iki?

Ubuhanuzi bwavuye ku Mana bwose bwoba buvuga ivya kazoza? Si bwose.

1914: Bibiliya ihishura iki ku bijanye n’uwo mwaka?

Ubuhanuzi bujanye n’“ibihe ndwi” buvugwa muri Daniyeli ikigabane ca 4 budoma ku gihe kitoroshe c’ubutegetsi bw’abantu.

Igitabu c’Ivyahishuwe gisobanura iki?

Ico gitabu ubwaco kivuga ko abasoma ubutumwa buri muri co, bakabutahura kandi bakabushira mu ngiro bahiriwe.

“Alufa na Omega” ni nde?

Kubera iki abereye iryo zina?

Yeruzalemu Nshasha ni iki?

Ico gisagara kidasanzwe kikumariye iki?

Igikoko c’imitwe indwi kivugwa mu Vyahishuwe ikigabane ca 13 ni iki?

Igikoko kirafise ububasha be n’intebe y’ubwami. Ni ikindi kintu ikihe ubuhanuzi bwo muri Bibiliya buhishura?

Igikoko c’ibara ry’agahama kivugwa mu Vyahishuwe ikigabane ca 17 ni iki?

Ibintu bitandatu bifasha kumenya ico gikoko giteye ubwoba.

Ikimenyetso 666 gisobanura iki?

Bibiliya iravuga insobanuro y’igitigiri 666 be n’ikimenyetso ca nya gikoko.

Babiloni Akomeye ni iki?

Bibiliya ivuga ko ari umumaraya akaba n’igisagara.

Ikiyaga c’umuriro ni iki?

Yezu arafise “impfunguruzo z’i kuzimu,” mugabo yoba afise urupfunguruzo rw’ikiyaga c’umuriro?

Umuhero w'isi

Ni ikimenyetso ikihe kiranga “imisi ya nyuma” canke “imisi y’iherezo”?

Bibiliya iravuga ibintu vyobanje kuba imbere y’uko “umuhero w’isi” ushika.

Amakuba akomeye ni iki?

Ico Bibiliya yita ‘igihe c’iherezo’ kizoba ari ikiringo c’umuvurungano w’akataraboneka. None twokwitega ko hazoba ibiki?

Intambara ya Harumagedoni ni iki?

Ijambo Harumagedoni riboneka rimwe gusa muri Bibiliya, ariko ivyerekeye iyo intambara biravugwa muri Bibiliya yose.

Iyi si yoba izohonywa?

Bibiliya irasigura mu buryo butomoye umugambi Imana ifitiye iyi si yacu.

Umuhero w’isi uzoza ryari?

Kugira turonke inyishu, ni vyiza ko tumenya ikizohera ico ari co, nk’uko Bibiliya ibivuga.

Ubwami bw’Imana buzokora iki?

Numenye ivyo wokwitega igihe intwaro y’Imana izoba iganza isi.

Amahoro azoza kw’isi gute?

Numenye ukuntu Imana yasezeranye kuzana amahoro kw’isi biciye ku Bwami bwayo.

Abantu, ibibanza n'ibintu

Mariya yoba ari nyina w’Imana?

Bibiliya na kahise k’ubukirisu biratanga inyishu itomoye kuri ico kibazo.

Bikira Mariya: Bibiliya imuvugako iki?

Hari abavuga ko Mariya yasamwe ata gicumuro. Bibiliya yoba ishigikira ico ciyumviro?

Kayini yakuye hehe umugore?

Kuzirikana ku Vyanditswe biradufasha gutora inyishu y’ico kibazo.

Inkuru ya Nowa na wa mwuzure ukomeye yoba ari igitito?

Bibiliya ivuga ko Imana yigeze guteza umwuzure ukomeye kugira ihonye abantu babi. Ni ibintu ibihe Bibiliya ivuga vyemeza ko yavuye ku Mana vy’ukuri?

Isandugu y’isezerano ni iki?

Imana ni yo yategetse Abisirayeli gukora iyo sandugu. Kubera iki?

Ca gitambara c’i Turin coba ari co Yezu yahambwemwo?

Ibintu bitatu biranga ico gitambara biradufasha kuronka inyishu.

Akamaro kayo

Bibiliya yoba yomfasha kuronka agahimbare mu muryango?

Impanuro ziranga ubukerebutsi Bibiliya itanga ziramaze gufasha abagabo n’abagore amamiliyoni kuronka agahimbare mu rugo.

Bibiliya yoba ishobora kumfasha mfise ingorane z’amahera n’amadeni?

Amahera ntashobora kugura agahimbare, ariko hariho ingingo ngenderwako zine zo muri Bibiliya zishobora kugufasha mu bijanye n’amahera.

Bibiliya yoba ishobora kumfasha mfise indwara idakira?

Ego! Raba ibintu bitatu vyogufasha kwihangana urwaye indwara idakira.

Bibiliya yoba ishobora kumfasha nishwe n’umubabaro?

Hariho ibintu bitatu Imana itanga ibikunze bidufasha igihe dufise umubabaro.

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’ishavu?

Hoba hariho imvo zumvikana zotuma umuntu ashavura? Wokora iki wumvise ko utanguye gushavura?

Idini, Imana canke Bibiliya vyoba bishobora gutuma wumva umerewe neza?

Raba ingene kugiranira ubugenzi n’Imana bishobora gutuma umererwa neza ubu no muri kazoza.

Bibiliya ivuga iki ku bijanye no kwikunda?

Yezu yavuze ati: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda.” None yashaka kuvuga iki?