Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) MUNYONYO 2014

Iki kinyamakuru kirimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 29 Kigarama 2014 gushika ku wa 1 Ruhuhuma 2015.

Izuka rya Yezu ritumariye iki?

Hariho ivyiyumviro bine bituma turushiriza kujijuka ko Yezu yazutse. None kwemera ko ari muzima bidufasha gute?

Igituma dutegerezwa kuba beranda

Vyoba bimaze gushika igitabu c’Abalewi kikakugora gutahura canke kikakurambira? Ibintu vy’agaciro biri mu gitabu c’Abalewi birashobora kugufasha kuba mweranda mu bijanye no gusenga.

Dutegerezwa kuba beranda mu ngeso zacu zose

Kwirinda kudohoka, guha Yehova ivyo dushoboye vyose no kwihereza ibifungurwa vy’impwemu bigumye bihuriye ku ki?

“Abantu Imana yabo ari Yehova”

Imana yoba yemera abantu bose bayisenga ata buryarya, naho boba bari mw’idini irihe?

“Ubu muri igisata c’Imana”

Dushobora gute kuba “igisata c’Imana” no kuguma turi co?

Ibibazo vy’abasomyi

Abakurambere n’abakozi b’ishengero bagenwa gute muri buri shengero? Vya vyabona bibiri bivugwa mu Vyahishuwe ikigabane ca 11 ni bande?

Ingene umuco watamanzuye mu gihugu co mu Burasirazuba

Imiduga bataziriye Yehu ikozwe mu buryo budasanzwe yarafashije guteza imbere igikorwa co kwamamaza Ubwami mu Buyapani.