UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Ruhuhuma 2019

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 8 Ndamukiza gushika ku wa 5 Rusama 2019

Nugumane ugutungana kwawe!

Ugutungana ni iki kandi dushobora gute kukugumana?

Nurondere ubutekereji maze uhimbare Yehova

Musa na Yezu badusigiye akarorero akahe mu bijanye no kugaragaza ubutekereji? Ni ivyiza ibihe twironkera tugaragaje ubutekereji?

Kubera iki twogaragaza ko dukenguruka?

Ku bijanye n’ugukenguruka, ni ibiki twigira kuri Yehova, Yezu be na wa munyamibembe w’Umusamariya?

Urukundo n’ubutungane muri Isirayeli ya kera

Itegeko rya Musa rihishura iki ku bijanye n’ingene Yehova abona urukundo n’ubutungane?

INKURU Y’UBUZIMA

Ukumenyerezwa kudasanzwe naronse kwaratumye nshurika

Niwisomere inkuru y’ubuzima ya Woodworth Mills, akaba amaze imyaka nka 80 akorera Yehova adahemuka.

Wari ubizi?

Isinagogi yakomotse he?