BE MASO! Ruheshi 2015 | Ibintu 5 wokora ngo ugire amagara meza
Ivyo ukora vyotuma indwara zitagukarira canke ntizinagufate.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Ivyo wokora ngo ugire amagara meza
Raba ibintu bitanu wokora kugira urushirize kugira amagara meza.
ICOFASHA UMURYANGO
Ivyobafasha kwumira ku ndagano
Woba ubona ko indagano z’ukwabirana ari ikintu kikubuza umwidegemvyo, canke ubona ko ari ikintu kirinda umubano, nka kurya inanga igumya ubwato?
KAHISE KATWIGISHA IKI?
Galilée
Mu 1992, Pāpa Yohani Paulo wa kabiri yaravuze ikintu gitangaje kijanye n’ivyo Ekleziya yakoreye Galilée.
Ifi ihingura umusenyi
Iyo fi irakora igikorwa kidasanzwe kigira ico kimariye ibinyabuzima vyo mu mazi.
UDUKURU TW’IRYA N’INO
Uko vyifashe mu bidukikije
Amakuru aheruka gutangwa yatumye havyuka iki kibazo: “Kubera iki abantu badashobora guhagarika ukwonona ibidukikije?”

