Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

BE MASO! NTWARANTE 2014

Inkuru itazwi yerekeye irema

Ivyo Bibiliya ivuga ku bijanye n’irema biratandukanye cane n’ivyo abantu benshi biyumvira ko ivuga.

Udukuru tw’irya n’ino

Muri utwo dukuru harimwo utwerekeye: nyamugigima ifitaniye isano n’ugukura amazi mu kuzimu, igihugu gisigaye gisohora amahera menshi gusumba ibindi mu ngendo zo mu mahanga, n’igihugu cabujije amasashe.

Inkuru itazwi yerekeye irema

Inkuru yo muri Bibiliya yerekeye irema yoba ihuje n’ivyo abahinga bashitseko?

Amahera

Amahera yoba vy’ukuri ari wo muzi w’ibibi vyose?

Tuje muri Salvador

Niwirabire ivyerekeye abantu b’umutima mwiza bo mu “Gihugu c’ibirunga.”

Amosozi yacu ni agatangaza

Amosozi yacu aradutandukanya n’ibikoko. Uti gute?

Igihe ivyo wari witeze mu mubano bitarangutse

Umubano wanyu woba usigaye uwubona nk’agasho aho kuba isôko ry’umunezero? Hari ibintu bitanu bishobora kubafasha.

Urushato rw’inzoka

Ni igiki gituma urushato rw’inzoka rukomera ku buryo yurira ibiti bifise ibishishwa bigumye canke igaca mu musenyi ugenda urayiharura?

Ibindi usanga kuri internet

Woba wumva wisanze mu bandi canke wumva utobajamwo?

Kuronka abagenzi si icoroshe. Ni ngombwa ngo ube ukundwa na benshi? Wokora iki kugira wumve wisanze mu bandi kandi uronke abagenzi nyakuri?

Wokora iki ngo ureke kuba nzobandabikora?

Raba impanuro z’ingene umuntu yoreka kuba nzobandabikora!

Twoba tuberanye?

Ushobora gute kutaraba gusa ibiboneka inyuma ariko ukaraba n’uko umugenzi wawe ameze koko?

Ivyo abakiri bato bavuga ku bijanye no kwoshwa ngo uje mu buhumbu

Umviriza ivyo abakiri bato batanu bavuga ku bijanye no kubuzwa amahoro be n’ico umuntu yokora ivyo bishitse.