«Umwe wese muri mwebwe ategerezwa gukunda umugore wiwe nk’uko yikunda. Umugore na we ategerezwa kwubaha cane umugabo wiwe.»—Abanyefeso 5:33.
Ibindi Bibiliya ivuga
-
Umugabo n’umugore ntibakwiye guhemukiranira.—Matayo 19:4-6.
-
Abana bakwiye kugamburukira abavyeyi no kububaha. Ivyo bizotuma babaho banezerewe.—Abanyefeso 6:1-3.
Kugira umenye n’ibindi, nuje kuri jw.org.

