Imana yoba yumviriza amasengesho yacu?
«Wewe wumva amasengesho, abantu b’ubwoko bwose bazoza iwawe.»—Zaburi 65:2.
Ibindi Bibiliya itubwira
-
Bibiliya iratubwira ukuntu twosenga.—Matayo 6:7-13.
-
Imana iratwishura igihe tuyibwiye ibivuye ku mutima.—Matayo 7:7, 8.
Kugira umenye n’ibindi, nuje kuri jw.org.

