«Imana . . . ni umutabazi yoroshe kuronka mu bihe vy’ivyago.»—Zaburi 46:1.
Ibindi Bibiliya ivuga
-
Imana irafise izina yisangije.—Yesaya 12:2.
-
Yaraduhaye Bibiliya kugira idufashe gufata ingingo nziza.—2 Timoteyo 3:16, 17.
-
Imana yipfuza kudufasha.—Zaburi 145:18, 19.
Kugira umenye n’ibindi, nuje kuri jw.org.

