Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

29 Ruheshi–5 Mukakaro

KUVAYO 4-5

29 Ruheshi–5 Mukakaro

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Nzobana n’akanwa kawe”: (Imin. 10)

    • Kv 4:10, 13​—Musa yabona ko atoshoboye igikorwa yari yashinzwe (w10 15/10 13-14)

    • Kv 4:11, 12​—Yehova yaramusubirije umutima mu nda (w14 15/4 9 ing. 5-6)

    • Kv 4:14, 15​—Yehova yaramuhaye Aroni ngo amufashe (w10 15/10 14)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Kv 4:24-26​—Ni imvo iyihe yoba yaratumye Zipora avuga ko Yehova ari “umugabo w’amaraso”? (w04 15/3 28 ing. 4)

    • Kv 5:2​—Farawo yashaka kuvuga iki igihe yavuga ko atazi Yehova? (it-1 1257 ing. 3)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Kv 4:1-17 (th icigwa ca 12)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU