Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UMUNARA W’INDERETSI RUSAMA 2015

Umuhero woba uri hafi?

Iyo wumvise amajambo ngo “Umuhero uri hafi!” uca ubona iki mu bwenge? Woba uca ubona ikintu giteye ubwoba?

“Umuhero” ni iki?

Wari uzi ko ivyo Bibiliya ivuga ku bijanye n’ “umuhero” ari inkuru nziza?

Umuhero woba uri hafi?

Kugira uronke inyishu, raba bine mu bintu bigize ikimenyetso Bibiliya yari yaravuze ko cokwerekanye yuko umuhero uri hafi.

Benshi bazorokoka umuhero—Nawe worokoka

Wokora iki? Woba ukwiye kurundanya ibifungurwa canke gukora ibindi bintu vyo kwikingira?

Wari ubizi?

Ivyo abacukuzi bubuye vyoba bishigikira Bibiliya? Intambwe zazimanganye ryari mu bihugu bivugwa muri Bibiliya?

Naramenye yuko Yehova ari Imana y’imbabazi n’ikigongwe

Umugabo yitwa Normand Pelletier, ivyo guhangika abantu vyari vyaramwifatiye nk’urumogi. Mugabo hari umurongo umwe wo muri Bibiliya wamukoroje amosozi.

“Mbega jewe mbaye mu kibanza c’Imana?”

Vyoba birashika mu muryango iwanyu hakaba ishari, uguhemuka canke urwanko? Nimba ari ukwo, inkuru yo muri Bibiliya yerekeye Yozefu yogufasha.

Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya

Kubera iki Umusi w’urubanza uzomara imyaka 1.000?

Ibindi usanga kuri internet

Ubwami bw’Imana buzokora iki?

Numenye ivyo wokwitega igihe intwaro y’Imana izoba iganza isi.