UMUNARA W’INDERETSI Gitugutu 2014 | Ubwami bw’Imana—Ni igiki buzogukorera?

Ushobora kumenya inyishu umaze gutahura ukuntu Ubwami ari ikintu gihambaye kuri Yezu na Se wiwe no ku bantu b’abagororotsi.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Kubera iki wokwitwararika Ubwami bw’Imana?

Kubera iki Ivyabona vya Yehova bashimika cane ku Bwami bw’Imana mu gihe amadini menshi y’abitwa abakirisu abwirengagiza?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ubwami bw’Imana—Igituma Yezu abuha agaciro

Hari icatuma Yezu avuga cane ibijanye n’Ubwami bw’Imana kuruta ibindi bintu.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ubwami bw’ImanaWokora iki ngo uzobwungukireko?

Ahanini bizovana nawe.

IKIYAGO ICABONA CA YEHOVA AGIRANA N’UWO ABWIRA INKURU NZIZA

Ubwami bw’Imana bwatanguye kuganza ryari? (Igice ca 1)

Nimba uzi inyishu, woba woshobora kuyisigurira abandi ukoresheje Bibiliya?

BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

Niyumvira ivyanje gusa

Christof Bauer yaramaze umwanya munini ariko arasoma Bibiliya igihe yariko arajabuka Ibahari Atlantike ari mu bwato bwiwe butoyi. Ni ibiki yahigiye?

Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya

Ni igiki Ubwami bw’Imana buzokora intwaro z’abantu zidashoboye?

Ibindi usanga kuri internet

Kubera iki nosenga? Imana yoba izonyishura?

Kugira yishure isengesho ryawe canke ntiryishure, ahanini bivana na wewe.