Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) KIGARAMA 2015

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 1 gushika ku wa 28 Ruhuhuma 2016.

Woba uvyibuka?

Raba ivyo wibuka mu nomero z’Umunara w’Inderetsi zasohowe mu mezi atandatu ya nyuma y’umwaka wa 2015.

Yehova ni Imana iyaga n’abasavyi bayo

Kuba Imana ikoresha indimi zitandukanye z’abantu mu gushikiriza ivyiyumviro vyayo biratwigisha ikintu gikomeye.

Bibiliya yahinduwe mu buryo bworoshe gutahura

Ingingo zitatu komite ijejwe guhindura Bibiliya y’Isi nshasha yisunze mu kuyihindura.

Bibiliya y’isi nshasha yasubiwemwo mu congereza mu 2013

Ni ibintu nyamukuru bimwebimwe ibihe vyaryohowe muri ya Bibiliya yasubiwemwo mu 2013?

Nukoreshe neza ububasha bw’ururimi rwawe

Akarorero ka Yezu kogufasha gute kumenya igihe co kuvuga, ivyo wovuga be n’ukuntu wobivuga?

Yehova azogushigikira

Dukwiye kubona gute indwara zikomeye, kandi ni igiki dukwiye kurimbura igihe duhitamwo uburyo bwo kwivuza?

Naragiraniye amahoro n’Imana hamwe na mawe

Igihe Michiyo Kumagai yaheba gusenga ba sekuruza, ntiyasubiye gucana uwaka na nyina. None Michiyo yashoboye gute kugarukana amahoro?

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi wo mu 2015

Urutonde rw’ibiganiro vyasohowe mu nteguro ya bose no mu nteguro y’ukwiga.