Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) GITUGUTU 2015

Iki kinyamakuru kirimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 30 Munyonyo gushika ku wa 27 Kigarama 2015.

“Abantu nk’abo mugume mubafatana iteka”

Ni bande bafasha amakomite y’Inama Nyobozi? Ni ibi barangura?

Woba ubona ukuboko kw’Imana mu buzima bwawe?

Igihe Bibiliya ivuze ngo “ukuboko” kw’Imana iba ishaka kuvuga iki?

“Twongerereze ukwizera”

Twoba dushobora kuronka ukwizera dukoresheje inkomezi zacu gusa?

Ntiyicuza namba ku ngingo yafashe akiri muto

Nikolai Dubovinsky, uwakoreye Yehova adahemuka mu gihe igikorwa cari kibujijwe muri Leta Zunze Ubumwe z’Abasoviyeti, yarahawe igikorwa cari kigoye kuruta kuba mw’ibohero.

Nukorere Yehova ata kigusamaza

Haraciye imyaka nka 60 Umunara w’Inderetsi uvuze ikintu vyabonetse ko ari ukuri bimwe bitangaje.

Tugume tuzirikana ku bintu vy’impwemu

Woba woshobora kubandanya wigaburira mu vy’impwemu igihe utemerewe gutunga Bibiliya?

Kwegera Imana vyambereye vyiza

Igihe Sarah Maiga yari afise imyaka icenda, yararetse gukura ku mubiri, ariko ntiyaretse gukura mu vy’impwemu.

“Umuntu atazi utuntu n’utundi wese yizera ijambo ryose”

Ushobora gute kumenya ibinyoma, inkuru z’ibitito zemerwa na benshi, ibiwani be n’ayandi makuru atari yo uronka?