UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Rusama 2024

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 8 Mukakaro–​11 Myandagaro 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 18

Niwizigire wa «Mucamanza w’isi yose» yuzuye imbabazi

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 8-14 Mukakaro 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 19

Ni ibiki tuzi ku bijanye n’imanza Yehova yimirije guca?

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 15-21 Mukakaro 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 20

Nugume wamamaza ubitumwe n’urukundo

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 22-28 Mukakaro 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 21

Ingene woronka uwo mwokwubakana

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 29 Mukakaro–4 Myandagaro 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 22

Ingene ubugenzi bwanyu bwoshika ku ntumbero

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 5-11 Myandagaro 2024.