BE MASO! Ruhuhuma 2013 | Wokwitega iki ku buzima bwo mu mahanga?

Ni ingorane izihe none bahuye na zo mu bihugu bimukiyemwo?

ICOFASHA UMURYANGO

Ingene mworeka gushwana

Wewe n’uwo mwubakanye, mwoba mwama muriko murashwana? Raba impanuro zo muri Bibiliya zobafasha.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Wokwitega iki ku buzima bwo mu mahanga?

KAHISE KATWIGISHA IKI?

Pulato

TWISUNZE BIBILIYA

Abakene

VYOBA VYARIYADUKIJE?

Umurizo w’ikiburuburu

Ibindi usanga kuri internet

Ukwiye kumenya iki ku bijanye no kwandika amamesaje?

Kwandika amamesaje birashobora kugira ingaruka ku bugenzi ufitaniye n’abandi be n’izina ryawe. Raba igituma ari ukwo biri.

Inkuru ya Yakobo na Esawu

Soma inkuru ya Yakobo na Esawu, abahungu babiri bavukana bize kwumvikana.