Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

‘Twizigire ivyo tutabona’

Shetani yipfuza gusenyura ukwizera kwacu, tugaca dutakaza icizigiro. Ni igiki none codufasha kutadohoka ku kwizera kwacu no kugumana icizigiro?

‘Twizigire ivyo tutabona’—Intangamarara

Umuryango umwe wo muri kino gihe urahura n’ingorane nka zimwe zivugwa mu gitabu ca Yobu. Cokimwe n’uwo muryango, Yehova arashobora kudufasha gutsinda ibigerageza ukwizera kwacu.

‘Twizigire ivyo tutabona’

Iyi videwo ikora ku mutima iraza gutuma wiyemeza kutadohoka ku kwizera kwawe, itume kandi uguma wumiye ku cizigiro Imana yaduhaye.