Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

‘Twizigire ivyo tutabona’

‘Twizigire ivyo tutabona’

Yobu yarashikiwe n’amakuba y’urutavanako yagerageje ukwizera kwiwe. Raba ingene umuryango umwe wo muri kino gihe ushikirwa n’amakuba nk’ayo. Ni igiki none gifasha uwo muryango gusubira kugira icizigiro?