Programa y’ihwaniro ryo mu 2025: Ugusenga kw’ukuri
Ku wa gatanu
Programa yo ku wa gatanu ishingiye kuri Matayo 4:10: «Yehova Imana yawe ni we utegerezwa gusenga.»
Ku wa gatandatu
Programa yo ku wa gatandatu ishingiye kuri Yohani 2:17: «Umwete w’inzu yawe uzondurumbamwo.»
Ku wa mungu
Programa yo ku wa mungu ishingiye kuri Yohani 4:23: «Bazosenga Data mu mpwemu no mu kuri.»
Ibimenyeshejwe abitavye ihwaniro
Amakuru afasha abitavye ihwaniro.
Raba kandi
IBITWEREKEYE
Ibikorane Ivyabona vya Yehova bagira buri mwaka
Uwo ari we wese arahawe ikaze ngo yitabe ivyo bikorane.
IBIKORANE
Uratumiwe ku gikorane c’Ivyabona vya Yehova co mu 2025 cataziriwe ngo «Ugusenga kw’ukuri»
Ni ibiki Yezu yigishije ku bijanye n’ugusenga kw’ukuri?
IBIKORANE
Imponjo y’igikino kivuga ngo Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Epizode ya 2 n’iya 3
Ubu Yezu aramaze gukura, aratangura gukoranya abigishwa biwe. Naho ari ukwo, baratangura kumurwanya mu gikorwa ciwe.

