Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo
1. Twokwumviriza gute ‘ico impwemu ivuga’? (Ivyah. 1:3, 10, 11; 3:19)
2. Ni igiki kizodufasha kubandanya dukora vyinshi no kwihangana? (Ivyah. 2:4)
3. Twokwitegurira gute kwihanganira uruhamo tubigiranye umutima rugabo? (Imig. 29:25; Ivyah. 2:10, 11)
4. Twokwirinda gute guhakana ko twizera Yezu? (Ivyah. 2:12-16)
5. Dushobora gute kuguma twumiye ku co dufise? (Ivyah. 2:24, 25; 3:1-3, 7, 8, 10, 11)
6. Ni ibiki bizodufasha kugumana umwete? (Ivyah. 3:14-19; Mat. 6:25-27, 31-33)
© 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
CA-brpgma26-RU

