Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

BANDES DESSINÉES ZIGANA INKURU ZO MURI BIBILIYA

Yehova arababarira ata gahigihigi

Umwami Manase yarakoze ibintu vyinshi bibi, ariko Yehova yaramubabariye. Kubera iki yamubabariye? Nusomere iyi bande dessinée kuri internet canke ku vyo wacapuye.

Ibindi bijanye

Daniyeli yaragamburukira Yehova

Daniyeli yaratandukanijwe n’abavyeyi biwe. Yoba yaragumye agamburukira Yehova?

Yehova aha ubwenge Salomo

Salomo yari afise ubwenge bwinshi kuruta abandi bami bose bo kw’isi. None ubwo bwenge yaburonse gute? Kandi ni amakosa ayahe yahavuye akora?

Aburahamu aba umugenzi w’Imana

Imana yise Aburahamu umugenzi wayo. Dushobora gute kuba abagenzi b’Imana?