Ja ku birimwo

BANDES DESSINÉES ZIGANA INKURU ZO MURI BIBILIYA

Rusi ni umugenzi w’intahemuka

Ni kubera iki Rusi yemeye kuva iwabo akaja kuba mu kindi gihugu? Nimusome bande dessinée yigana inkuru yo muri Bibiliya kuri internet canke ku vyo mwacapuye biri mu mero ya PDF.