Ikirundi
Amakuru
/assets/ct/e5be1b2cc6/images/syn_placeholder_sqr.png

Amakuru

 

2014-03-21

AMAKURU YO KW’ISI YOSE

Ivyabona vya Yehova basohora mu ndome nininini Bibiliya iheruka gusubirwamwo

Kugira abantu benshi baronke ubutumwa bwo muri Bibiliya, integuro isubiwemwo yo mu 2013 ya Bibiliya y’isi nshasha yarasohowe mu ndome nininini.

2014-03-06

UBURUSIYA

Amakuru yiyongereye: Bananirwa kubuza umuhora wa JW.ORG

Sentare y’iyungururizo ifuta ingingo yo kubuza umuhora wa jw.org mu Burusiya hose.

2014-02-26

FILIPINE

Amakuru mashasha: Inyuma y’igihuhusi gikomeye ciswe Haiyan, Ivyabona bariko baratabara batiziganya

Ibikorwa vyo gutabara birabandanya muri Filipine. Harungitswe amatoni y’ibintu arenga 190, abafasha abashikiwe n’ivyago, n’ibindi.

2014-02-26

KOREYA Y’EPFO

Itohoza ryerekana ko Abanyakoreya bahinduye ukuntu babona ivyo kwanka gukora ibikorwa vya gisirikare bitumwe n’ijwi ryo mu mutima

Igitigiri gitera ciyongera c’Abanyakoreya y’Epfo ubu bashigikira ishirwaho ry’ibikorwa vya gisivile bisubirira ivya gisirikare ku bw’abanka gukora ibikorwa vya gisirikare babitumwe n’ijwi ryo mu mutima.

2014-01-28

UBURUSIYA

AMAKURU MASHASHA: Bananirwa kwugara umuhora wa JW.ORG mu Burusiya

Ku wa 22 Nzero 2014, sentare isubiramwo imanza yo mu Burusiya yarafuse ingingo yo kwugara umuhora wa jw.org yafashwe ku wa 7 Myandagaro 2013 na sentara ya Tsentralniy yo mu gisagara ca Tver.

2014-01-03

Kyrgyzstan

Sentare ya Kirgistani ishigikira abanse kuja mu gisirikare babitumwe n’ijwi ryabo ryo mu mutima

Ingingo yo guhindura itegeko ryo mu 2009 izotuma Ivyabona vya Yehova bakora ibikorwa vy’ukuri atari ivya gisirikare.

2013-11-12

UBUDAGI

Icibutso c’Icabona yarokotse rya Honyabwoko ryagirirwa Abayahudi gishikirizwa ku mugaragaro mu Budagi

Ni igiki cahaye Max Liebster, Icabona ca Yehova, inkomezi zo kurokoka mu makambi y’itunatuniro atanu y’Abanazi?

2013-11-14

LETA ZUNZE UBUMWE ZA AMERIKA

Akavidewo: Isanurwa ry’inyubakwa y’ibirori yitirirwa Stanley

Ivyabona barenga 2.000 baritanze baraza kuryohora inyubakwa y’ibirori yahora ari iratiro ry’ivya kahise yiririrwa Stanley i Jersey City, muri New Jersey.