Ja ku birimwo

Kyrgyzstan

2014-11-27

Kyrgyzstan

Sentare nkuru ya Kirgistani ishigikira umwidegemvyo wo gusenga w’Ivyabona vya Yehova

Kw’igenekerezo rya 4 Nyakanga 2014, Republika ya Kirgistani yarashikije ivyo yiyemeje bijanye no gushigikira agateka ka zina muntu mu kwemera imbere y’amategeko ibikorwa Ivyabona vya Yehova barangurira mu gihugu cose.

2014-01-03

Kyrgyzstan

Sentare ya Kirgistani ishigikira abanse kuja mu gisirikare babitumwe n’ijwi ryabo ryo mu mutima

Ingingo yo guhindura itegeko ryo mu 2009 izotuma Ivyabona vya Yehova bakora ibikorwa vy’ukuri atari ivya gisirikare.