Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

23-29 Ntwarante

ITANGURIRO 27-28

23-29 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yakobo aronka umuhezagiro afitiye uburenganzira”: (Imin. 10)

    • It 27:6-10​—Rebeka yarafashije Yakobo kuronka umuhezagiro yari afitiye uburenganzira (w04 15/4 11 ing. 3-4)

    • It 27:18, 19​—Yakobo yiyise Esawu imbere ya se (w07 1/10 31 ing. 2-3)

    • It 27:27-29​—Izahaki yahaye Yakobo umuhezagiro wari ugenewe imfura (it-1 295 ing. 6)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • It 27:46–28:2​—Ni ivyigwa ibihe abubatse bakura muri iyo nkuru? (w06 15/4 6 ing. 3-4)

    • It 28:12, 13​—Indoto ya Yakobo yerekeye “ingazi” yasobanura iki? (w04 15/1 28 ing. 6)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 27:1-23 (th icigwa ca 2)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Umwamamaji yerekanye gute ko yariko atega yompi uwo abwira inkuru nziza? Ni mu buryo ki yakoresheje neza ibikoresho bidufasha kwigisha?

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa kabiri. (th icigwa ca 6)

  • Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) jl icigwa ca 17 (th icigwa ca 11)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU