UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Mukakaro 2024

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 9 Nyakanga–​6 Gitugutu 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 27

Gira umutima rugabo nka Sadoki

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 9-15 Nyakaga 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 28

Woba ushobora gutandukanya ukuri n’ikinyoma?

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 16-22 Nyakanga 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 29

Guma uri maso, wirinde inyosha mbi

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 23-29 Nyakanga 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 30

Ivyigwa bihambaye dukura ku bami ba Isirayeli

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 30 Nyakanga–​6 Gitugutu 2024.

Ivyogufasha kumenyera ishengero rishasha

Abakirisu benshi bararoraniwe igihe bimukira mu rindi shengero. None ni ibiki vyogufasha kworoherwa igihe wimutse? Raba ibintu bine vyogufasha kumenyera.

Ibibazo vy’abasomyi

«Umugore» avugwa muri Yesaya 60:​1 ni nde, kandi ni mu buryo ki ‘ahaguruka, akarasa umuco’?