UMUNARA W’INDERETSI No 5 2016 | Ni hehe wokura uruhoza?

Twese turakeneye uruhoza Imana itanga, canecane mu bihe vy’ingorane. Iki kinyamakuru kirerekana ingene Imana ihoza abantu bugarijwe n’ingorane.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Twese turakeneye uruhoza

Wokora iki igihe wabuze uwawe canke ufise ingorane zikomeye z’amagara, z’umubano canke z’akazi?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ingene imana itanga uruhoza

Ibintu bine vyofasha abugarijwe n’ingorane.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Uruhoza mu bihe vy’ingorane

Ingene abantu baronse indemesho igihe bari bayikeneye cane.

NIWIGANE UKWIZERA KWABO

‘Urugamba ni urwa Yehova’

Ni igiki catumye Dawidi anesha Goliyati? Iyo nkuru ya Dawidi itwigisha iki?

Intambara ya Dawidi na Goliyati​—Yoba yarabaye koko?

Hari ababona ko iyo nkuru atari iy’ukuri. None boba bafise ishingiro?

BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

Nari umuntu yadundumiwe kandi yitwaza igikenye

Ni igiki catumye umusore yarwanira mu mabarabara wo muri Megizike ahinduka?

Bibiliya ibivugako iki?

Abantu babona Ubwami bw’Imana mu buryo butandukanye. None Ivyanditswe vyovyo bibudondora gute? Inyishu y’ico kibazo yoshobora kugutangaza.

Ibindi usanga kuri internet

Kubera iki nosenga? Imana yoba izonyishura?

Kugira yishure isengesho ryawe canke ntiryishure, ahanini bivana na wewe.