Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

‘Nugende wisunga ukwizera, ntiwisunge ibiboneka’

Abasoda b’Abaroma bari bamaze igihe bugarije Yeruzalemu. Igihe basubira inyuma, abagize imiryango ibiri y’abakirisu babwirijwe kugira ihitamwo ritoroshe. Boba barumviye Yezu maze bagahunga ubutakigaruka, bagata iwabo? Ingingo bofashe yotumye barokoka canke bakahasiga agatwe. Iyi videwo irerekana ibintu bivugwa muri Bibiliya kandi vyabayeho koko. Irimwo amasanamu y’ivy’intambara, atari ku bwo kuremesha ubukazi, ahubwo kugira herekanwe ibintu vy’ukuri vyabaye abakirisu bo mu kinjana ca mbere babwirijwe kwihanganira.