Ja ku birimwo

‘Inkuru nziza kw’ihanga ryose n’umuryango wose n’ururimi rwose’

Kw’isi hari indimi zishika 6.700. Kugira inkuru nziza yerekeye ukuri kwo muri Bibiliya ikwiragire hose, guhindura mu zindi ndimi birakenewe. Raba iyi videwo kugira ubone ingene Ivyabona vya Yehova batorera umuti ico kibazo gihanze isi yose.