Programa y’ihwaniro ryo mu 2026: Urashobora kwama uhimbawe
Ku wa gatanu
Programa yo ku wa gatanu ishingiye kuri Matayo 5:3: «Hahiriwe abazi ko bakeneye ivy’Imana.»
Ku wa gatandatu
Programa yo ku wa gatandatu ishingiye mu Vyakozwe 20:35: «Gutanga bizana umunezero kuruta guhabwa.»
Ku wa mungu
Programa yo ku wa mungu ishingiye kuri Matayo 13:16: «Amaso yanyu arahiriwe kubera abona, n’amatwi yanyu kubera yumva.»
Ibimenyeshejwe abitavye ihwaniro
Amakuru afasha abitavye ihwaniro.
Raba kandi
IBITWEREKEYE
Niwitabe igikorane co mu 2026 cataziriwe ngo «Urashobora kwama uhimbawe»
Turagutumiye n’igishika cinshi ku gikorane c’Ivyabona vya Yehova c’uyu mwaka kizomara imisi itatu.
IBIKORANE
Uratumiwe ku gikorane c’Ivyabona vya Yehova co mu 2026 cataziriwe ngo «Urashobora kwama uhimbawe»
Niwifatanye natwe ku gikorane co mu 2026 cataziriwe ngo «Urashobora kwama uhimbawe» maze ubone ingene kuba umugenzi w’Umuremyi bishobora gutuma wama uhimbawe.

