Amakuru
Herekanywe 211 - 216 muri 216 bihari
Tirkiya yanka kwisunga ingingo zigenga ibihugu vya Buraya zijanye no kwubahiriza ijwi ryo mu mutima
Kubera iki leta irwanya abanka kuja mu gisoda kubera ijwi ryo mu mutima, ikanka kwemera ubwo burenganzira nyamukuru bwa kiremwa muntu?
Sentare y’iyungururizo yo mu Burusiya yanka kubuza JW.ORG
Sentare y’intara ya Tver mu Burusiya ihakana ingingo ya sentare ntoyi yo kubuza umuhora wa jw.org, akaba ari umuhora wemewe w’Ivyabona vya Yehova.
Amakuru agezweho ya 8 avuye ku Nama Nyobozi (2022)
Umwe mu bagize Inama Nyobozi araturemesha kwama twiteguriye kujana n’umukogote wa Yehova.
Akarenganyo kari muri Koreya y’Epfo gatuma amakungu asemerera
Agatabu gashasha kasohowe n’Ivyabona vya Yehova karavuga ivy’ipfungwa ry’abantu amajana bazira ko banse gukora ibikorwa vya gisirikare babitumwe n’ijwi ryo mu mutima.
Herekanywe 211 - 216 muri 216 bihari

