Amakuru
Amakuru agezweho ya 4 avuye ku Nama Nyobozi (2024)
Muri aya makuru agezweho, turaza kubona ingene abavukanyi na bashiki bacu bapfunzwe bahorwa ukwizera kwabo ‘baguma batsinda ikibi mu gukora iciza.’—Abaroma 12:21.
Abanyagihugu bo mu Burusiya bashengezwa kubera ukwizera kwabo
Ivyabona vya Yehova b’i Taganrog barashengejwe bahorwa ukwemera kwabo, ivyo bikaba bituma abanyagihugu bose bo mu Burusiya bahakwa gutakaza uburenganzira bafise mu bindi bintu vyinshi.
Tirkiya yanka kwisunga ingingo zigenga ibihugu vya Buraya zijanye no kwubahiriza ijwi ryo mu mutima
Kubera iki leta irwanya abanka kuja mu gisoda kubera ijwi ryo mu mutima, ikanka kwemera ubwo burenganzira nyamukuru bwa kiremwa muntu?
Sentare y’iyungururizo yo mu Burusiya yanka kubuza JW.ORG
Sentare y’intara ya Tver mu Burusiya ihakana ingingo ya sentare ntoyi yo kubuza umuhora wa jw.org, akaba ari umuhora wemewe w’Ivyabona vya Yehova.
Amakuru agezweho ya 8 avuye ku Nama Nyobozi (2022)
Umwe mu bagize Inama Nyobozi araturemesha kwama twiteguriye kujana n’umukogote wa Yehova.
Akarenganyo kari muri Koreya y’Epfo gatuma amakungu asemerera
Agatabu gashasha kasohowe n’Ivyabona vya Yehova karavuga ivy’ipfungwa ry’abantu amajana bazira ko banse gukora ibikorwa vya gisirikare babitumwe n’ijwi ryo mu mutima.