Ja ku birimwo

Inzego z’ivy’amategeko

Amasezerano hagati y’umushingwamanza n’umuburanyi. Guhanahana amakuru n’urwego rwacu rw’ivy’amategeko canke n’umushingwamanza wo muri urwo rwego biciye kuri e-mail canke ku rubuga rwacu ntibica bituma haba amasezerano hagati y’umushingwamanza n’umuburanyi.

Ibanga. Ntitubasezeraniye ko tuzocunga amakuru umuntu ahanahana n’urwego rwacu rw’ivy’amategeko canke n’umushingwamanza wo muri urwo rwego biciye kuri e-mail canke ku rubuga rwacu ku buryo aguma ari ibanga.